3:24
Aba nibo bakinyi 11 b'umwaka batowe muri uyu mwaka w'inkino 2023-2024 mw'ihiganwa rya #PrimisLigue.
96 views • 11 hours ago
5:25
Abanyeshure naho baba bakiri bato, barakwiha kwiha ihangiro ry'ubuzima bwabo bwa kazoza.
72 views • 12 hours ago
45:55
Umuntu wese aziko harico yatwaye Reta kidaciye mu mategeko agisubize hakiri kare!
3.2K views • 13 hours ago
5:06
Abakorera mu gisata c'uburimyi n'ubworozi barahabwa ingurane ku bice 8 kw'ijana (8%).
258 views • 15 hours ago
3:03
Destin Maniriho niwe mukinyi yinjije ibitsindo vyinshi mw'ihiganwa rya Primus Ligue 2024.
62 views • 16 hours ago
4:26
Naho Ibanki itokwugurura, aba agents bancaires ba Ecobank bama bari ku kivi umwanya wose.
137 views • 17 hours ago
6:11
Mu gisata c'ingenzi Uburundi burafise vyinshi vyo kuratwa ariko bitariko bimenyekanishwa uko bikwiye
239 views • 18 hours ago
2:10
Manirakoze Abdoul umukinyi wa #MusongatiFC niwe mukinyi akiri muto yitwaye neza muri PrimusLigue.
88 views • 1 day ago
4:55
Nta murimyi yashoye ibigori yategerezwa kuba atararonswa amahera yo ku mwimbu w'ibigori na ANAGESSA.
177 views • 1 day ago
28:33
Kurikirana impanuro Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yatanze ku burimyi n'ubworozi.
3K views • 1 day ago
9:44
Urwaruka ruri hagati y'imyaka 12 na 17 rurihereza cane ku rugero runini ibiyayuramutwe.
155 views • 1 day ago
5:08
Ni ikihe kintu catumye Youssuf #Nyange aronswa agashimwe k'umukinyi akina hanze yigenjeje neza?
339 views • 1 day ago
3:58
Itangazo ry'Ubushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi ku bijanye n'ukwegeranya umwimbu w'ibigori.
700 views • 1 day ago
4:59
Mhandisi Adesuwa Omoyibo Tafiti za wahadhiri zipatiwe hataza ili kusongesha SDGs.
30 views • 1 day ago
2:04
Vally Irambona umukinyi wa Vital'0 FC: Umunyezamu yitwaye neza kuruta abandi muri Primus Ligue 2024.
113 views • 1 day ago
1:19
Prezida Neva asaba Abagumyabanga n'Abarundi bose guhindur'ingendo kugira Uburundi butere imbere.
1.5K views • 1 day ago
3:54
Abanyeshure bo mu ntara ya Kayanza basabwa kwirinda ibibasamaza, bakarandurana n'imizi ingeso mbi.
211 views • 1 day ago
5:14
Projet d'autonomisation des jeunes au Burundi : signature d'un mémorandum d'entente.
122 views • 2 days ago
5:34
Abenegihugu barakwiye kwijukira gukorana n'amashirahamwe n'ama banki akora urudandazwa rw'amafaranga
329 views • 2 days ago
3:59
APG-Inkingi iriteguye kuzoshira mu ngiro neza amasezerano yasinye na Bibliothèques Sans Frontières.
101 views • 2 days ago
4:15
Mbega n'ibihe bintu bituma abanyeshure badashobora kwiga neza uko vyategerezwa?
319 views • 2 days ago
34:36
Mbega kugira umuntu agure imodoka ive hanze ishike mu Burundi bigenda gute? Hasabwa iki?
5K views • 2 days ago
2:01
Abantu abari bo bose barakwiye kuvavanura no kugwanya imvugo n'amajambo bibiba urwanko.
347 views • 2 days ago
4:04
Masihi Made Company uruganda rukora amasakoshi meza, akomeye, y'ubwoko bwose akorerwa mu Burundi.
667 views • 3 days ago
1:19
Amasengesho y'umugambwe Cndd Fdd yo gushimira Imana arangiza ukwezi kwa Rusama.
889 views • 3 days ago
12:53
TANZBATT 11 wanavyoshirikiana na jamii DRC kuleta mstakabali bora.
94 views • 4 days ago
5:19
Abanyeshure basabwa kwirinda ico cose cobasamaza kikababuza gukurikirana ivyigwa.
443 views • 4 days ago
5:17
Inauguration des locaux et célébration de la Journée internationale des infirmières à l'Hôp KIRA.
255 views • 4 days ago
2:28
The Hauge Family Microfinance Celebrates 10 Years of Operations in Burundi.
298 views • 4 days ago
3:03
Umugambi w'ubworozi bw'amafi ni imwe mu migambi ishigikiwe na Paeej Burundi.
745 views • 4 days ago
Load More